This version of the page http://www.radiyoyacuvoa.com/a/3649925.html (0.0.0.0) stored by archive.org.ua. It represents a snapshot of the page as of 2017-01-13. The original page over time could change.
Nijeriya: Ivya Boko Haram Bisa n'Ibirangiye

Uko wahagera

  • Jya ku ntangiriro
  • Jya aho gutangirira
  • Jya aho gushakira
  • Learning English
Indimi
Amakuru

Nijeriya: Ivya Boko Haram Bisa n'Ibirangiye


Perezida Muhammadu Buhari wa Nijeriya

  • Sangira n'abandi kuri Facebook
  • Sangira n'abandi kuri Twitter
  • Share on WhatsApp
  • Oherereza imeyeli inshuti

Perezida Muhammadu Buhari wa Nijeriya yatangaje ko igisirikare ciwe cafashe ikambi ya nyuma y’umuhari w’iterabwoba wa Boko Haram yari mw’ishamba rya Sambisa.

Buhari yatangaje kur’uyu wa gatandatu ko iryo shamba riri mu buraruko bushira ubuseruko bwa reta ya Borno aribwo bwari ubwihisho uwo muhari wari usigaranye kandi ko bari bamaze ukwezi mu mirwano.

Ariko iryo tangazo ntirivuga aho Abubakar Shekau arongoye Boko Haram yahungiye. Boko Haram war’umaze imyaka indwi ugaba ibitero muri Nijeriya, abantu barenga ibihumbi 20 bakaba barahasize ubuzima.

Erekana ibyavuzweho

Back to top
XS
SM
MD
LG