This version of the page http://www.radiyoyacuvoa.com/a/3525098.html (0.0.0.0) stored by archive.org.ua. It represents a snapshot of the page as of 2016-10-25. The original page over time could change.
Burundi: Kwita ku Bakuwe mu Byabo Bari Carama

Uko wahagera

  • Jya ku ntangiriro
  • Jya aho gutangirira
  • Jya aho gushakira
  • Learning English
Indimi
Amakuru

Burundi: Kwita ku Bakuwe mu Byabo Bari Carama


  • Sangira n'abandi kuri Facebook
  • Sangira n'abandi kuri Twitter
  • Oherereza imeyeli inshuti

Site ya Carama iri muri karitiye ya carama, zone kinama, komine Ntahangwa mu buraruko bwa Bujumbura. Ni ku metero nkeya uvuye kw’ibarabara RN9 rihuza umugwa mukuru Bujumbura n’intara ya Bubanza mu burengero.

Mu mwaka w’i 2008 Leta yari yagerageje gutora umuti kibazo c’abo bantu. Ico gihe bari aho bita ku mase ku nkengera z’ikiyaga Tanganyika. Inyuma y’imyaka ibiri bamwe muribo bararonkejwe amatongo. Ariko abo mu Carama bavuga ko babwiwe ko amazina yabo akiri mu mashini azosohoka hanyuma.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Bujumbura mu Burundi Eloge Will Kaneza ni we utugezaho iyi nkuru.

Erekana ibyavuzweho

Back to top
XS
SM
MD
LG