This version of the page http://www.radiyoyacuvoa.com/a/3398297.html (0.0.0.0) stored by archive.org.ua. It represents a snapshot of the page as of 2016-07-19. The original page over time could change.
Somaliya: Imirwano Yahitanye Abashika 20

Uko wahagera

  • Jya ku ntangiriro
  • Jya aho gutangirira
  • Jya aho gushakira
  • Learning English
Indimi
Amakuru

Somaliya: Imirwano Yahitanye Abashika 20


Abasirikare ba reta ya Somaliya, bafasha mugenzi wabo yakomeretse

  • Sangira n'abandi kuri Facebook
  • Sangira n'abandi kuri Twitter
  • Oherereza imeyeli inshuti

Abategetsi bo mugice co hagati ca Somaliya hamwe n’abavyiboneye bamenyesha ko abantu barenga 20 bapfuye mu mirwano yabaye hagati y’abasirikare ba reta hamwe n’umuhari w’intagondwa wa Al-Shabab.

Abarwanyi ba Al-Shabab bateye ikambi y’abasirikare ba Somaliya iri ahitwa El-Hareri mu bucagucagu bwo k’umusi wa gatatu.

Uwurongoye iyo kambi yamenyesheje ko aba Al –Shabab 18 bishwe, abasirikare batanu ba reta barapfa hamwe n’abasivile.

Abategetsi ba reta bamenyesha kandi ko aba Al-Shabab barenga 10 hamwe n’abasirikare 2 bakomeretse mur’iyo mirwano.

Erekana ibyavuzweho

Back to top
XS
SM
MD
LG