Ku cyumweru, Mata 24, 2016 isaha yo mu karere 13:54
irembo ry ibiganiro
Multimedia
 YouTube
 VOA60
 PhotoGallery

    Amakuru

    Amakungu Yemeye Gufasha Umurwi wo Kunywanisha Abarundi

    Amakungu

    Ibihugu vyo mu muryango wa Bulaya vyemeye gufasha umurwi wo kunywanisha Abarundi, ariko biwusaba kwigenga, na cane cane kwirinda gukoreshwa n'abanyepolitike.

    Ivyo ni ivyemerejwe mu nama yahuhe abagize uwo murwi, CVR, n'abatera nkunga kur’uyu wa kane i Bujumbura mu Burundi.

    Ikindi abafasha uyo mugwi bawusavye, n'uko hategerezwa kujaho umurwi w'abahinga, uzokwerekana ukuntu amafaranga azokoreshwa.

    Mu kiringo c'imyaka itatu ibikorwa vyawo bizomara, ukeneye imilioni zirenga 34 z'ama dollars y'abanyamerika.

    Mushobora kwumviriza inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza.

    Elogei
    ▶ || 0:00:00
    ... ⇱  
    • MP3 (Mupitatu) - 4,4MB
    • MP3 (Mupitatu) - 2,2MB
     
     
    X

     

    Vuga icyo utekereza kuri uru rubuga
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga