Ku cyumweru, Mata 24, 2016 isaha yo mu karere 13:58
irembo ry ibiganiro
Multimedia
 YouTube
 VOA60
 PhotoGallery

    Amakuru

    Burundi: Phocas Bakaza Yaragandaguwe

    Umukuru w’inama ya komine Mutimbuzi, mu ntara ya Bujumbura Rural, yarishwe. Phocas Bakaza yishwe mw’ijoro ryo kur’uyu wa gatatu, arasiwe I muhir’ iwe muri karitsiye Kajaga n’abantu batamenyekanye.

    Amakuru atangwa n’umuryango wiwe, avuga ko hari nk’igihe c’isaha 2 z’ijoro zirenga iminota 30, igihe yar’araherekeje uwari yamugendeye.

    Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Evariste Nzikobanyanka ni we we wakurikiranye iyi nkuru.

    Killingsi
    ▶ || 0:00:00
    ... ⇱  
    • MP3 (Mupitatu) - 3,5MB
    • MP3 (Mupitatu) - 1,7MB
     
     
    X

     

     

    Vuga icyo utekereza kuri uru rubuga
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga