Ku wa mbere, Mata 18, 2016 isaha yo mu karere 05:16
irembo ry ibiganiro
Multimedia
 YouTube
 VOA60
 PhotoGallery

    Hitamo

    2012
    ibibanzaibikurikira
    Date:  03.Ugushyingo 2012

    Mbega woba umaze kwipfuza gutora president azorongora Reta Zunze Ubumwe za Amerika aho bukera? Amatora y’umukuru w’igihugu ca Amerika mur’iki gihe ageze ku bashingantahe babiri gusa bariko barahangana: President Barack Obama, ahurikiye mu mugambwe w’Abademokrate, hamwe na Mitt Romney yigeze kuba bulamatari, ahurikiye mu mugambwe w’Abarepublika, bariko barahiganwa. Radiyoyacu Ijwi rya Amerika, iripfuza ko mutora president wa Reta Zunze Ubumwe za Amerika.

    The poll is loading, please wait ...

    State:  Byarafunzwe

    Date:  09.Gicurasi 2012

    Hari Isano Rihari Hagati y'Itahukanwa ry'Ikiziga ca Mwambutsa wa Kane n'Ukunywanisha Abarundi?

    The poll is loading, please wait ...

    State:  Byarafunzwe

    Date:  15.Werurwe 2012

    Mubona Guhagarika Akazi n'Ukugira Imyiyerekano Bizofasha Gutorera Inyishu Ikibazo c'Ibiciro vy'Amazi n'Umuyagankuba Bitera Vyiyongera mu Burundi?

    The poll is loading, please wait ...

    State:  Byarafunzwe

    Date:  23.Gashyantare 2012

    Inama y'i Londres kuri Somalia hari ico izohindura muri ico gihugu?

    The poll is loading, please wait ...

    State:  Byarafunzwe

    Date:  15.Gashyantare 2012

    Faustin Ndikumana, prezida wa PARCEM, yoba apfunzwe kubera ahorwa ko yadomye urutoki ku banyoni?

    The poll is loading, please wait ...

    State:  Byarafunzwe

    Date:  12.Mutarama 2012

    Mubona Raporo iherutse gusohorwa ku woba yararashe indege Prezida Habyarimana yarimwo yarakuyeho amazinda yari ahari?

    The poll is loading, please wait ...

    State:  Byarafunzwe

    2012
    ibibanzaibikurikira

    indangaminsi