Ku wa mbere, Mata 18, 2016 isaha yo mu karere 01:31
irembo ry ibiganiro
Multimedia
 YouTube
 VOA60
 PhotoGallery

    Amakuru / Amakuru Ashyushye

    Burundi: Abarenga 350 Baragandaguwe kuva 2015

    Jean Baptist Baribonekeza, umukuru w'umurwi w'igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu

    Umugwi w’igihugu wigenga ujejwe agateka ka zina muntu umenyesha kw’ivyerekeye agateka ka zina muntu vyunyutse.

    Uyo murwi uvuga kw’agateka ka zina muntu, katosekaye cane cane hagati y’ukwezi kwa kane n’ukwa gatanu mu mwaka uheze, igihe haba imyiyerekanao y’ukwiyamiriza ikiringo ca gatatu c’umukuru w’igihugu.

    Kuv’ico gihe, uyo mugwi wemeza ko mu matohoza wakoze, wasanze abantu barenga 350, baragandaguwe abarenga 400 nabo batabwa muri yompi.

    Mu cegeranyo umugwi CNIDH weretse abashingamateka, umukuru wawo yavuze ko kuva mu ntango z’uyu mwaka, umutekano wagarutse bimwe biboneka mu bice bitandukanye vy’igihugu.

    Agateka ka zina muntu mu Burundi
    Agateka ka zina muntu mu Burundii
    ▶ || 0:00:00
    ... ⇱  
    • MP3 (Mupitatu) - 4,4MB
    • MP3 (Mupitatu) - 2,2MB
     
     
    X

     

    Vuga icyo utekereza kuri uru rubuga
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga