Mur’iyi ndwi, intumwa ya Petezidawa Reta zunze ubumwe z'Amerika, mu karere k'ibiyafa binini by'Afurika,Thomas Perriello, yarabonanye na bamwe mu bategetsi bagize urunani CNARED. Inama yabo yabereye I Buruseri mu gihugu c’Ububirigi.
Amakuru ashyushye yo mu Rwanda, mu Burundi, muri Afurika no hirya no hino kw’isi....
Voma kuri Android >>
Voma kuri iOS >>
Nta Smart Phone ufite? Ntugire ikibazo! Kanda Voma hano VOA iguha uburyo bwo kubona amakuru ku buntu.