Ku wa gatatu, Werurwe 16, 2016 isaha yo mu karere 15:41
irembo ry ibiganiro
Multimedia
 YouTube
 VOA60
 PhotoGallery

    Amakuru

    Burundi: Imirwano mu Ntara ya Bururi

    Mu Burundi, igipolisi n’igisirikare byaraye bitanye mu mitwe n’umugwi w’ abagwanyi muri komine ya Mugamba intara ya Bururi iri mu bumanuko bw’igihugu.

    Ubuyobozi bw’intara ya Bururi bumenyesha ko abantu babiri muri abo bitwaje ibigwanisho bahasize ubuzima.

    Umunyamakuu w'Ijwi ry'Amerika Fidelite Ishatse yakurikiranye iyo nkuru mu ntara ya Bururi.

    Imirwano y'i Mugamba
    Burundi Rebel Mugambai
    ▶ || 0:00:00
    ... ⇱  
    • MP3 (Mupitatu) - 3,7MB
    • MP3 (Mupitatu) - 1,9MB
     
     
    X



     

     

     

    uru rubuga rurafunze
    Ibitekerezo
         
    nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga